A marketplace where everyone can sell or buy almost anything. Dismiss
Real Estate: Hotel, Rentals & Sales > Property For sale > Residential Sale
Country: Burundi > Marie de Bujumbura > Carama
Warranty N/A
Condition: N/A
ID: 2352
Karibu Mutwandikire, Muduhamagere kuri phone canke What'sapp.
Inzu nziza cane igurishwa Mucarama, Bujumbura Burundi. Kandi kuri iyi site camunara kiremerewe nico gituma ubona umwanya usigaye, duhe offre yawe hama uwuzotsinda azomenyeshwa.
- ivyumba: 3
- Toilet na Dushe: imbere munzu
- are 4
- Ifise carés
- Ifise Bazar
- Plafond: Dubai
Ni inzu nziza cane, uguze uca mwimukiramwo kuko ifise ikintu cocose wokwifuza. Igiciro kiri Negociable rero karibu tuyage.
Unnamed Road, Bujumbura, Burundi
Changanyikeni Dar-es...
Mbezi Beach, Dar es ...
Sinza, Dar es salaam...
Mbweni Moga, Dar es ...
Bunju B, Dar es sala...
Goba Lastanza, Dar e...
Mutimbuzi, Bujumbura...
Cibitoke, Bujumbura ...
Gihosha, Bujumbura B...
Maramvya, Burundi
Karibu Mutwandikire, Muduhamagere kuri phone canke What’sapp. Inzu nziza cane igurishwa Mucarama, Bujumbura Burundi. Kandi kuri iyi site camunara kiremerewe nico gituma ubona umwanya usigaye, duhe offre yawe hama uwuzotsinda azomenyeshwa. – ivyumba: ...
https://www.umojaaa.com/ad/inzu-nziza-kandi-yagutse-igurishwa-mucarama/
Copyright 2021 © Umoja Auctions and Ads | UMOJAAA All rights reserved | Home | Guide | Contact Us | Post Ad.