Utwandikire utubwire ivyo ukenye muri bureau yawe. intene zose z’ubwoko bwose zo muri office turazikugezaho kuko dufise ubucuti n’amahinguriro y’ibikoresho vyo muri bureau. Turumvikana tukaguha akabeyi keza.
1. uba ukeneye zingahe
2. amarangi ushaka
3. ubwoko ushaka
ivyo ni muvyo ushobora kutubwira hama tukaganira ingene tubikugezaho.
kukibazo c’intebe zo muri bureau hari ubwoko bwinshi kandi zongera zitanga uburyohe bwinshi kugira umugongo wawe uzorambe mu magara meza.
Murakoze cane!
Rero karibu mutwandikire kuri email.
--------------------------------------------------------------
SAFETY FOR ALL : MUST SIGN IN OR REGISTER TO VIEW PHONE NUMBER!
Mention UMOJAAA when calling seller to get a good deal!
It will help also establish a trusting relationship among all users on the platform.
Note: If you have not found exactly what you are looking for, Post your Ad and mark it as: 'Wanted'. POST HERE