A marketplace where everyone can sell or buy almost anything. Dismiss
Commercial Supplies > Office Supplies
Country: Burundi > Marie de Bujumbura > Kamenge
Warranty Yes
Condition: New
ID: 1848
Utwandikire utubwire ivyo ukenye muri bureau yawe. intene zose z'ubwoko bwose zo muri office turazikugezaho kuko dufise ubucuti n'amahinguriro y'ibikoresho vyo muri bureau. Turumvikana tukaguha akabeyi keza.
1. uba ukeneye zingahe
2. amarangi ushaka
3. ubwoko ushaka
ivyo ni muvyo ushobora kutubwira hama tukaganira ingene tubikugezaho.
kukibazo c'intebe zo muri bureau hari ubwoko bwinshi kandi zongera zitanga uburyohe bwinshi kugira umugongo wawe uzorambe mu magara meza.
Murakoze cane!
Rero karibu mutwandikire kuri email.
Bujumbura, Burundi
Utwandikire utubwire ivyo ukenye muri bureau yawe. intene zose z’ubwoko bwose zo muri office turazikugezaho kuko dufise ubucuti n’amahinguriro y’ibikoresho vyo muri bureau. Turumvikana tukaguha akabeyi keza. 1. uba ukeneye zingahe 2. amarangi ushaka ...
https://www.umojaaa.com/ad/intebe-zo-muri-bureau-zigurishwa-kwibeyi-nziza-burundi/
Copyright 2021 © Umoja Auctions and Ads | UMOJAAA All rights reserved | Home | Guide | Contact Us | Post Ad.